22 April 2009

Kwaheri Mtabila

Mukomere. Umwanya wo kwitwa impunzi kubarundi bakiri mw'ikambi ya Mtabila muri Tanzania uriko urahera. Raba hano: http://www.itimbere.rugamba.com

3 comments:

  1. Nta mahoro ari i Burundi ahubwo gusa Nkurunziza na regime yiwe batinya ko abo bantu bakiri hanze batigeze bacana uwaka kuva igihe yari agorewe i Mtendeli be na Gelase bazohava bamubera inzitizi mu gushira mu ngiro wa mugambi ugayitse w'ubwicanyi wiwe. None ko hari amahoro ikambi y'impunzi y'i Bugendana imaze imyaka 15 ko itarasamburwa kandi hasanzwe n'ikinyoma co kuhubaka ikibuga c'indege?

    Ikibabaje n'uko Tanzania yamuhaye ugutwi. Ariko ntibitangaje kuko barazi ico izo mpunzi zizobinjiriza ni zasubirayo ubugira gatatu.

    ReplyDelete
  2. Ndarangisha, ko niba hari uwaba uzi umuntu witwaBarengayabo Jeacque,nigeze kumva ko yabaye muri inkambi ya Mutabira, ko yambwira ubu aho abarizwa, ndetse n'amakuru ye, uyu mugabo duherukana turi abana, twiga muri secondaire, mu rwanda aho bitaga kuri ESAPAG, tukaba twari inshuti cyane, nkaba rero mpangayikishijwe no kuba ntazi amakuru y'uwo twabyirukanye, uwaba amuzi cg we ubwe abonye iyi message yanyandikira kuri:habeusta@yahoo.fr

    ReplyDelete
  3. KUBA IMPUNZI NI IGITUTSI.
    HARI BAMWE BIBAZA KO KUBOHERWA NGAHO MTABILA BIZOTUMA BAJA MURI AMERIKA N'AHANDI. AHO HAZOJA ABOBAGUMA BABABWIRA NGO BAMURETSE NTIMUTAHE NGO IBINTU BIRIHAFI GUTUNGANA. NGO HCR IRIKO IRIGA UKUNTU YORUNGIKA IMPUNZI ZANSE GUTAHA MUMAHANGA. IVYO BIZOBA RYARI? RYARI? KITALI YARABAYEHO IRAHAVA. KEZA, BENAKO, MUSUHURA, GASURU, LUKORE. NA MTABILA IRIHO NAYO NYENE IZOSAMBURWA.

    REKURA.......REKURA.....REKURA ABOBANA B'UBURUNDI BATAHE BAJEGUSANGIRA IVYIZA VY'IGIHUGU N'ABANDI.
    UKINDA UGARAMYE, WICARA , UVUGA AHAMUHE , NTANTAMBARA IZOSUBIRA KUBA MUGIHUGU C'UBURUNDI. NTIMUGUME MUBANZE AMATWI NGO MWUNVE KO BAVUGA KO MUBURUNDI VYAYANGAYE. MUZOHAVA MUSAZA MUKIBANGIYE AMATWI NGAHO MTABILA. TWARABAYE MTABILA TURAZI AMABI YOKUBA MUBUHUNGIRO, NTATANDUKANIRIZO Y'IKAMBI Y'IMPUNZI NA PRISON RIHARI. FUNGUA MACHO MUGARUKE MUGIHUGU MWUNVE UKUNTU IGIHUGU KIRYOSHE.

    ReplyDelete