19 July 2009

Ifoto za Mtabila

Inyuma y'uko ikambi ihatswe kwugarwa mukwezi kwa gatandatu, Mtabila iratekanye, n'aho impunzi zifise amakenga y'ingingo zizofatwa hanyuma kuko ngo impunzi zitegerezwa guhunguka, n'aho abahunguka mundwi bagabanutse cane.

No comments:

Post a Comment