29 June 2009

Ifoto y'i Mtabila

5 comments:

  1. Sinari bwarabe iyo photo yanyu nari ndabakumbuye kubabona .mugabo nuko mwifitiye ibibazo.igikuru ni ugusenga gusa imbere y'Imana ntakidashoboka.burya nabo bazoteba baje mwizo ngorane bariko barabarungikamwo bibonereko ko ingorane zishikiira bose naho badashaka kwumva ikibazo kikiri mu Burundi

    ReplyDelete
  2. Ukomere ku muheto burta nabo bazoteba babone ko abasigaye mu buhungiro babaona kure naho bashaka kubambika agasashe ku maso.

    ReplyDelete
  3. WE NEED MORE UPDATED PICTURES FROM MTABILA THAT WILL BE GREATFUL FOT THE FUTURE USE
    NOT ONLY FOR VISITORS OF THE SITE ALSO FOR YOU
    THANKS

    ReplyDelete
  4. Politike mureke kuyishira kuriyi site yacu muzoba mukoze kuko n'umwanda kandi muzoba mudukoreye neza
    hariho amakuru meshi dukeneye asumba ayo ya polikike
    Murakoze

    ReplyDelete
  5. WEWE YAHUNZE KUBERA POLITIKE NONE NTUSHAKA KUYIVUGA?

    UMWE MUBARI KURI IYO FOTO UWO ARI HAGATI YARARAVYE KURE KUKO NIMBA NTIHENDA HARI UWO NABONYE BASA NEZA CANE. MBERE AKORA KUKIVUKO CA BUJUMBURA MURI DOUANE. UMUNTU AGUMYE MTABILA UMENGA BAMUSHIZEKO AGASASHE MUMASO. TWESE TWARAHIGEZE MUGABO NIVYO VYARI VYEZE!!! UBU UMUTEKANO TWARAWURONDEYE KANDI TWARAWURONSE ''UKWISHIRA N'UKWIZANA NTIBABISHERA BARABIRWANIRA'' D'APRES MANDELA . REKA GUSHERA UKWISHIRA N'UKWIZANA BENEWANYU BARAHEJEJE KUBIRWANIRA .
    VOUS AVEZ LES DEVOIR DE VOUS RAPATRIER ET PARTAGER LA LIBERTE AVEC VOS COMPATRIOTES.
    NTIMUMERE NK'ABANDI BIBAGIRA GUSHIKA N'AHO BIBAGIRA ICATUMYE BAHUNGA (POLITIQUE)!!!!!!??????????????
    N'AKAMUNA (AKAMARAMAZA!!!!!!!)

    ReplyDelete