01 May 2010

Education In Mtabila Is Dead

Muntumbero yo guhimiriza impunzi z'Abarundi bari muri Tanzania ngo zihunguke, HCR yarugaye amashule yose mumakambi. I Mtabila nta shule na rimwe rihasigaye mu 2010 kiretse amashule wogereranya na Yaga Mukama za kera. Kirazira ko hagira ishure na rimwe ryugururwa n'aho ryoba ritegamiye HCR. Abana ntibiga, birirwa baragiye impene canke bakora ibindi bikorwa bitajanye n'imyaka yabo.

3 comments:

  1. E bana narinshaka kugushimira ku kigoro ko gushinga runo rubuga. Umuntu agereranije kuba muri munkambi , umuntu akareba ibikoresho bikenewe n'uburyo butoma habaho good quality mubintu.... jewe ndumva nagushima.

    Gusa hamwe bigenze neza, wogerageza kuburyo ibintu (news zigaragara kuri same page mugihe umuntu ashatse kurabo more info)... Izo embed youtube videos nazo vyari kuba neza gurusha iyo ako ka youtube video kamatana na page...

    ReplyDelete
  2. Naho ubundi well done. So impressive kabisa...Ivyiyumviro vyose utanga biragaragara...ikindi nagushimiye ni uko amakuru menshi uyatanga mucongereza ari navyo vyiza kuko bituma abanyamahanga babasha gusoma no gusobanukirwa. Hari abantu benshi babarundi ari aba IT professionals , bafite ubuhinga n'uburyo bwinshi ariko batigeze biyemeza no gushinga site ngirakamaro....ariko wewe uravyerekanye....how much more ubushobozi bwiyongereye? Komera.

    ReplyDelete
  3. Urakoze cane gushima. Ivyiyumviro uterereye nzobikorera akazi. Hari intambamyi nyinshi ariko nzobikora.

    ReplyDelete