20 March 2011

Mtabila Today

Impunzi zo mw'ikambi ya Mtabila ziragerageza gukora ibikorwa bitandukanye kugira zirwanye ubukene buzihanze. Ivyo bishoboka kubera muri iyi misi zifise agahengwe kubera ibikorwa vyo kuzihimiriza ngo zihunguke vyacureshe kuva mukwezi kwambere kw'uyu mwaka. More images

No comments:

Post a Comment