05 August 2011

Mtabila Today

Ikambi ya Mtabila bitegekanijwe ko atampunzi zizoba zikiyirimwo mumpera z'ukwezi kwa cumi na kabiri 2011. Ariko ivyo bisa nk'aho ataco bivuze kumpunzi zikiyirimwo kuko zironse agahengwe ntizireka kurangura imigambi y'igihe kirekire nko kwubaka inzu nshasha no kurima.

No comments:

Post a Comment