20 October 2011

Ihimiriza

Ihimiriza mukubandanya, impunzi zirakubitwa gushika aho zirinda kuja no mubitaro, zigasahurwa, imirima igaturirwa. Ubuzima ntibworoshe kumpunzi ziri i Mtabila.

2 comments:

  1. Kuba impunzi ni igitutsi!!!! Jewe uwo nohanura n'uko igihe yoba abona ko ataronderwa kugatwe kiwe yokwitahira kuko mu Burundi hararyoshe caaane. Murabaza abaheruka guhunguka bazobabwira ko abantu babayeho neza cane. Ikindi gihambaye, mwebwe muriko muratakaza umwanya. Ingo twubake igihugu kuko ico mwahora mutinya caravuyeho kiretse hari inkuru ababa muburundi batoba bazi. Raba bamwe mwahorana ngahonyene bari mubarongoye igihugu kandi namwe nyene ntimuri kure yabo murashobora gufashanye mukubaka icabavyaye. Ikuremwo izosoni zo kwunva ko ataco mwakoze kugira ibintu bigere aho bigeze, abandi bose bama bafatira le train en marche, kandi mumenye ko mutari abanyuma. Jewe ndabakunda kuko twarasangiye Umugorigori, Twarakinye makanaki hamwe, Twararwaranye amacinya yo mumakambi mashasha, Twarabaye muruhagarara hamwe rwo kwirukanwa kandi ndazi uko ivyo bibabaza. Ariko tuvye ibuzimu tuje ibuntu. N'ukuri kwitwa mkimbizi mi IGITUTSI!!!!!!

    ReplyDelete